Gusubira mu vyagezwe 33:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nibigishe Yakobo ingingo zawe z’ubutungane+,Isirayeli na yo itegeko ryawe+.Nibahereze imibavu* imbere y’amazuru yawe+N’ishikanwa ritangwa uko ryakabaye ku gicaniro cawe+. Malaki 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+.
10 Nibigishe Yakobo ingingo zawe z’ubutungane+,Isirayeli na yo itegeko ryawe+.Nibahereze imibavu* imbere y’amazuru yawe+N’ishikanwa ritangwa uko ryakabaye ku gicaniro cawe+.
7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+.