Gusubira mu vyagezwe 4:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Na vyo ni ibi: Bezeri+ mu gahinga ku matāba, ku bw’Abarubeni; na Ramoti+ i Gileyadi ku bw’Abagadi; na Golani+ i Bashani ku bw’Abamanase+. 1 Ngoma 6:80 Bibiliya y’isi nshasha 80 ku vy’umuryango wa Gadi+, hatangwa Ramoti+ i Gileyadi n’amatongo y’uburagiriro yaho, Mahanayimu+ n’amatongo y’uburagiriro yaho,
43 Na vyo ni ibi: Bezeri+ mu gahinga ku matāba, ku bw’Abarubeni; na Ramoti+ i Gileyadi ku bw’Abagadi; na Golani+ i Bashani ku bw’Abamanase+.
80 ku vy’umuryango wa Gadi+, hatangwa Ramoti+ i Gileyadi n’amatongo y’uburagiriro yaho, Mahanayimu+ n’amatongo y’uburagiriro yaho,