Ezira 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu misi ya Aritazeruzi na ho nyene, Bishilamu, Mitiredati, Tabeyeli na bagenziwe basigaye bandikira Aritazeruzi umwami w’Ubuperesi; igisomwa c’iryo kete cari canditse mu ndome z’igiharameya kandi gihinduwe mu rurimi rw’igiharameya+. Ezira 4:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko nya kopi y’urwandiko rwemewe rwa Aritazeruzi umwami imaze gusomerwa imbere ya Rehumu+ na Shimushayi+ umwanditsi na bagenzi babo+, baca bagenda ningoga i Yeruzalemu ku Bayuda, maze bababuza kubandanya igikorwa bakoresheje inguvu z’ibirwanisho+. Nehemiya 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Sanibalati+ na Tobiya+ n’Abarabu+ n’Abamoni+ n’Abashidodi+ bakimara kwumva yuko ivy’ugusanasana impome za Yeruzalemu vyari vyateye imbere, kuko ibihengeri vyari vyatanguye kuzibirwa, baca barashavura cane. Nehemiya 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Vyongeye, abarwanizi bacu baguma bavuga bati: “Ntibazogira ico bamenya+ kandi ntibazogira ico babona gushika tubashitsemwo; tuzobica ata kabuza maze duhagarike ico gikorwa.”
7 Mu misi ya Aritazeruzi na ho nyene, Bishilamu, Mitiredati, Tabeyeli na bagenziwe basigaye bandikira Aritazeruzi umwami w’Ubuperesi; igisomwa c’iryo kete cari canditse mu ndome z’igiharameya kandi gihinduwe mu rurimi rw’igiharameya+.
23 Nuko nya kopi y’urwandiko rwemewe rwa Aritazeruzi umwami imaze gusomerwa imbere ya Rehumu+ na Shimushayi+ umwanditsi na bagenzi babo+, baca bagenda ningoga i Yeruzalemu ku Bayuda, maze bababuza kubandanya igikorwa bakoresheje inguvu z’ibirwanisho+.
7 Sanibalati+ na Tobiya+ n’Abarabu+ n’Abamoni+ n’Abashidodi+ bakimara kwumva yuko ivy’ugusanasana impome za Yeruzalemu vyari vyateye imbere, kuko ibihengeri vyari vyatanguye kuzibirwa, baca barashavura cane.
11 Vyongeye, abarwanizi bacu baguma bavuga bati: “Ntibazogira ico bamenya+ kandi ntibazogira ico babona gushika tubashitsemwo; tuzobica ata kabuza maze duhagarike ico gikorwa.”