Ezira 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze Rehumu+ umukuru w’abakozi b’intwaro na Shimushayi umwanditsi na bagenzi babo basigaye, abacamanza na ba buramatari batobato bo hakurya ya rwa Ruzi+, abanyamabanga+, abantu b’i Ereki+, Abanyababiloni+, ababa i Susa+, ari bo Belamu+,
9 Maze Rehumu+ umukuru w’abakozi b’intwaro na Shimushayi umwanditsi na bagenzi babo basigaye, abacamanza na ba buramatari batobato bo hakurya ya rwa Ruzi+, abanyamabanga+, abantu b’i Ereki+, Abanyababiloni+, ababa i Susa+, ari bo Belamu+,