2 Abami 23:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nuko Yehoyakimu aha Farawo ifeza+ n’inzahabu. Mugabo atangisha ikori+ igihugu, kugira atange nya feza nk’uko Farawo yari yategetse. Yaka rero ifeza n’inzahabu abanyagihugu akurikije urugero rw’ikori umwe wese yasabwa+, kugira abihe Farawo Neko.
35 Nuko Yehoyakimu aha Farawo ifeza+ n’inzahabu. Mugabo atangisha ikori+ igihugu, kugira atange nya feza nk’uko Farawo yari yategetse. Yaka rero ifeza n’inzahabu abanyagihugu akurikije urugero rw’ikori umwe wese yasabwa+, kugira abihe Farawo Neko.