3 Aba ni bo bakuru b’intara y’ubutware+ baba i Yeruzalemu+; mugabo mu bisagara vya Yuda haba Isirayeli+, abaherezi+ n’Abalewi+, Abanetinimu+ n’abahungu b’abasuku ba Salomo+, umwe wese mu ntoranwa yiwe, mu bisagara vyabo+.
1Nuko mu misi ya Ahasuwerusi, ni ukuvuga umwe Ahasuwerusi+ yaganza kuva mu Buhindi gushika muri Etiyopiya, akaganza intara z’ubutware ijana na mirongo ibiri n’indwi+,