8 Umwami namenye yuko twagiye mu ntara y’ubutware+ ya Yuda, ku nzu ya ya Mana ihambaye+; iriko yubakishwa amabuye atembagazwa gushika mu kibanza cayo, kandi n’ibiti biriko birashirwa mu mpome; ico gikorwa bariko baragikora babishashaye kandi kiriko kiratera imbere mu maboko yabo.