Ezira 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ibisigaye mu bintu vya nkenerwa vy’inzu y’Imana yawe ubwirizwa gutanga, uze ubitange ubikuye mu nzu y’amatunga y’umwami+. Zaburi 68:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kubera urusengero rwawe i Yeruzalemu+,Abami bazokuzanira amaturo+. Yesaya 49:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abami bazokubera ababungabunzi+, abaganwakazi babo na bo bakubere abarezi. Bazokwunamira bubarare hasi+, barigate umukungugu wo ku birenge vyawe+; kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova, kandi abanyizigiye sinzobamaramaza+.”
20 Ibisigaye mu bintu vya nkenerwa vy’inzu y’Imana yawe ubwirizwa gutanga, uze ubitange ubikuye mu nzu y’amatunga y’umwami+.
23 Abami bazokubera ababungabunzi+, abaganwakazi babo na bo bakubere abarezi. Bazokwunamira bubarare hasi+, barigate umukungugu wo ku birenge vyawe+; kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova, kandi abanyizigiye sinzobamaramaza+.”