2 Samweli 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Dawidi atsinda kandi Hadadezeri+ mwene Rehobu umwami wa Zoba+, mu gihe uno yariko aja gusubizaho ububasha bwiwe ku ruzi Efurate+.
3 Dawidi atsinda kandi Hadadezeri+ mwene Rehobu umwami wa Zoba+, mu gihe uno yariko aja gusubizaho ububasha bwiwe ku ruzi Efurate+.