Kuvayo 27:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Nayo wewe, uze utegeke bene Isirayeli bakuronse amavuta y’umwelayo atyoroye, asekuye, y’igitangamuco, kugira ngo amatara yatswe nantaryo+. Abalewi 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “‘Kandi niwashikiriza ishikanwa ry’intete mu buryo bw’ikintu cokejwe mw’ifuru, rikwiye kuba ari iry’ifu inoze, udutsima tumeze nk’ikigōmbo+ tutarimwo umwambiro+, tubombekeshejwe amavuta, canke udukate tutarimwo umwambiro dusizwe amavuta+. 1 Ngoma 9:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Bamwe muri bo bari bajejwe kuraba ibikoresho, n’ibikoresho vyeranda+ vyose n’ifu inoze+ n’umuvinyu+ n’amavuta+ n’imibavu ya olibani+ be n’amavuta y’umusomozo*+.
20 “Nayo wewe, uze utegeke bene Isirayeli bakuronse amavuta y’umwelayo atyoroye, asekuye, y’igitangamuco, kugira ngo amatara yatswe nantaryo+.
4 “‘Kandi niwashikiriza ishikanwa ry’intete mu buryo bw’ikintu cokejwe mw’ifuru, rikwiye kuba ari iry’ifu inoze, udutsima tumeze nk’ikigōmbo+ tutarimwo umwambiro+, tubombekeshejwe amavuta, canke udukate tutarimwo umwambiro dusizwe amavuta+.
29 Bamwe muri bo bari bajejwe kuraba ibikoresho, n’ibikoresho vyeranda+ vyose n’ifu inoze+ n’umuvinyu+ n’amavuta+ n’imibavu ya olibani+ be n’amavuta y’umusomozo*+.