Ezira 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ibi rero ni vyo batwishuye: ‘Turi abasavyi b’Imana y’amajuru n’isi+, kandi turiko dusubira kwubaka inzu yari yarubatswe kera, ubu hakaba haciye imyaka myinshi, iyo umwami ahambaye wa Isirayeli yubatse akayirangiza+.
11 “Ibi rero ni vyo batwishuye: ‘Turi abasavyi b’Imana y’amajuru n’isi+, kandi turiko dusubira kwubaka inzu yari yarubatswe kera, ubu hakaba haciye imyaka myinshi, iyo umwami ahambaye wa Isirayeli yubatse akayirangiza+.