ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 124:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Ugutabarwa kwacu kuri mw’izina rya Yehova+,

      Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+.”

  • Yesaya 45:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze, Umuremyi w’amajuru+, We Mana y’ukuri+, Uwabumvye isi akayihingura+, We yayishimangiye+, ntayiremere ubusa gusa, mugabo akayirema ngo ibeko abantu+: “Ndi Yehova, kandi nta wundi n’umwe ariho+.

  • Yona 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Na we ababwira ati: “Ndi Umuheburayo+, nkaba ntinya+ Yehova Imana y’amajuru+, uwashizeho ikiyaga n’isi yumutse+.”

  • Ivyahishuwe 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Urabereye, Yehova, egome wewe Mana yacu, kuronka ubuninahazwa+ n’iteka+ n’ububasha+, kubera ko waremye vyose+, kandi kubera ukugomba kwawe+ vyarabayeho, biraremwa+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika