ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 9:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Ni wewe Yehova wenyene+; ni wewe wakoze amajuru+, egome, ijuru ry’amajuru, n’ingabo zayo zose+, isi+ n’ibiri kuri yo vyose+, ibiyaga+ n’ibiri muri vyo vyose+; vyose ubizigamira ubuzima; kandi ingabo+ zo mu majuru zirakwunamira.

  • Zaburi 95:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Ikiyaga ubwiwe yakoze ni rwiwe+,

      Kandi amaboko yiwe ni yo yabumvye isi yumutse+.

  • Zaburi 146:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+,

      W’ikiyaga, be n’uw’ibiri muri vyo vyose+,

      Umwe agumya ukuri gushika igihe kitagira urugero+,

  • Ivyakozwe 14:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 bati: “Bagabo, kubera iki mugira ivyo? Na twebwe turi abantu+ bafise utunenge+ nkamwe, tukaba turiko tubamenyesha inkuru nziza, kugira ngo muhindukire muve muri ivyo bintu vy’imburakimazi+ muje ku Mana nzima+, iyakoze ijuru+ n’isi n’ikiyaga n’ibiri muri vyo vyose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika