2 Samweli 22:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nayo Imana y’ukuri, inzira yayo ntigira akanenge+;Ijambo rya Yehova ni irityoroye+.Abera inkinzo abahungira muri we bose+. 1 Abakorinto 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko naho hari abitwa “imana+,” haba mw’ijuru+ canke kw’isi+, nk’uko hari “imana” nyinshi n’“abakama” benshi+,
31 Nayo Imana y’ukuri, inzira yayo ntigira akanenge+;Ijambo rya Yehova ni irityoroye+.Abera inkinzo abahungira muri we bose+.
5 Kuko naho hari abitwa “imana+,” haba mw’ijuru+ canke kw’isi+, nk’uko hari “imana” nyinshi n’“abakama” benshi+,