Abanyefeso 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 atari mu gukorera ijisho nk’abahimbara abantu+, mugabo nk’abashumba ba Kristu, mukora ukugomba kw’Imana ata kwiziganya+. Abakolosayi 3:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ico mukora cose, mugikore ata kwiziganya+, nk’abakorera Yehova+, atari nk’abakorera abantu,
6 atari mu gukorera ijisho nk’abahimbara abantu+, mugabo nk’abashumba ba Kristu, mukora ukugomba kw’Imana ata kwiziganya+.