Ezira 8:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze ng’aho ku ruzi Ahava ntangaza ko haba ukwisonzesha, kugira twicishe bugufi+ imbere y’Imana yacu, ngo tuyibaze inzira ibereye+ twojana twe n’abana bacu batoyi+ n’ibintu vyacu vyose. Ezira 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Amaherezo turagenda tuvuye ku ruzi Ahava+ ku musi ugira cumi na kabiri w’ukwezi kwa mbere+ kugira tuje i Yeruzalemu, kandi ukuboko kw’Imana yacu kwari kuri twebwe bituma iturokora+ mu kiganza c’umwansi n’ic’abari batubundiye iruhande y’inzira.
21 Maze ng’aho ku ruzi Ahava ntangaza ko haba ukwisonzesha, kugira twicishe bugufi+ imbere y’Imana yacu, ngo tuyibaze inzira ibereye+ twojana twe n’abana bacu batoyi+ n’ibintu vyacu vyose.
31 Amaherezo turagenda tuvuye ku ruzi Ahava+ ku musi ugira cumi na kabiri w’ukwezi kwa mbere+ kugira tuje i Yeruzalemu, kandi ukuboko kw’Imana yacu kwari kuri twebwe bituma iturokora+ mu kiganza c’umwansi n’ic’abari batubundiye iruhande y’inzira.