ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 8:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko ntangura kubegeraniriza ku ruzi+ ruja i Ahava+; tuguma dukambitse ng’aho imisi itatu, kugira nsuzume nitonze abantu+ n’abaherezi+, mugabo nta n’umwe muri bene Lewi+ nasanze ng’aho.

  • Ezira 8:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Maze ng’aho ku ruzi Ahava ntangaza ko haba ukwisonzesha, kugira twicishe bugufi+ imbere y’Imana yacu, ngo tuyibaze inzira ibereye+ twojana twe n’abana bacu batoyi+ n’ibintu vyacu vyose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika