2 Ngoma 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko batangura kwigisha+ muri Yuda, bakaba bari bitwaje igitabu c’itegeko rya Yehova+; baguma bazunguruka mu bisagara vyose vya Yuda, bigisha mu bantu.
9 Nuko batangura kwigisha+ muri Yuda, bakaba bari bitwaje igitabu c’itegeko rya Yehova+; baguma bazunguruka mu bisagara vyose vya Yuda, bigisha mu bantu.