Ezira 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 be n’ifeza zose n’inzahabu uzosanga mu ntara y’ubutware yose ya Babiloni hamwe n’ingabirano y’abantu+ n’iy’abaherezi batanga babikunze ku bw’inzu y’Imana yabo+ iri i Yeruzalemu;
16 be n’ifeza zose n’inzahabu uzosanga mu ntara y’ubutware yose ya Babiloni hamwe n’ingabirano y’abantu+ n’iy’abaherezi batanga babikunze ku bw’inzu y’Imana yabo+ iri i Yeruzalemu;