Ezira 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubu rero, tugirane isezerano+ n’Imana yacu ryo kwirukana+ abagore bose n’abavutse kuri bo, dukurikije impanuro ya Yehova n’iy’abajugumira+ kubera ibwirizwa+ ry’Imana yacu, kugira ngo bigirwe hisunzwe itegeko+.
3 Ubu rero, tugirane isezerano+ n’Imana yacu ryo kwirukana+ abagore bose n’abavutse kuri bo, dukurikije impanuro ya Yehova n’iy’abajugumira+ kubera ibwirizwa+ ry’Imana yacu, kugira ngo bigirwe hisunzwe itegeko+.