Abalewi 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 “‘Ntimwihumanishe na kimwe muri ivyo, kuko ivyo bintu vyose ari vyo amahanga ndiko ndirukana ngo ave imbere yanyu yihumanishije+. Gusubira mu vyagezwe 12:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ntuze ukore gutyo kuri Yehova Imana yawe+, kuko ikintu cose giteye ishishi kuri Yehova, ico yanka koko, ari co ayo mahanga yakoze ku mana zayo, kuko mbere n’abahungu bayo n’abakobwa bayo yama abaturira mu muriro ku bw’imana zayo+.
24 “‘Ntimwihumanishe na kimwe muri ivyo, kuko ivyo bintu vyose ari vyo amahanga ndiko ndirukana ngo ave imbere yanyu yihumanishije+.
31 Ntuze ukore gutyo kuri Yehova Imana yawe+, kuko ikintu cose giteye ishishi kuri Yehova, ico yanka koko, ari co ayo mahanga yakoze ku mana zayo, kuko mbere n’abahungu bayo n’abakobwa bayo yama abaturira mu muriro ku bw’imana zayo+.