Gusubira mu vyagezwe 23:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ntuze ukore urondera amahoro yabo canke ugutunganirwa kwabo, imisi yawe yose gushika igihe kitagira urugero+. 2 Ngoma 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Yehu+ mwene Hanani+ umubonyi+ arasohoka aja imbere yiwe, abwira Umwami Yehoshafati ati: “Mbega umubisha ni we yari akwiye gutabarwa+? Abanka+ Yehova ni bo ukwiye gukunda+? Ku bw’ico Yehova arakurakariye+.
6 Ntuze ukore urondera amahoro yabo canke ugutunganirwa kwabo, imisi yawe yose gushika igihe kitagira urugero+.
2 Nuko Yehu+ mwene Hanani+ umubonyi+ arasohoka aja imbere yiwe, abwira Umwami Yehoshafati ati: “Mbega umubisha ni we yari akwiye gutabarwa+? Abanka+ Yehova ni bo ukwiye gukunda+? Ku bw’ico Yehova arakurakariye+.