-
2 Samweli 12:31Bibiliya y’isi nshasha
-
-
31 Abantu bari muri co arabasohora kugira abashire ku gikorwa co kugegenesha amabuye imisumeno n’ico gukoresha ibikoresho bikarishe vy’icuma+ be n’ico gukoresha amashoka y’icuma, yongera abakoresha igikorwa co kubumba amatafari. Ukwo ni ko yagirira ibisagara vyose vya bene Amoni. Amaherezo Dawidi n’abantu bose basubira i Yeruzalemu.
-