Abalewi 26:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kandi ntibazobura kwatura ikosa ryabo+ n’ikosa rya ba se mu buhemu bwabo igihe bampemukako, egome, mbere igihe bagenda bandwanya+, Zaburi 32:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Igicumuro canje naratevye ndakikwaturira, kandi ikosa ryanje sinaripfutse+.Navuze nti: “Nzokwaturira Yehova ibigabitanyo vyanje+.”Nawe warahariye ikosa ry’ibicumuro vyanje+. Sela. Imigani 28:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+.
40 Kandi ntibazobura kwatura ikosa ryabo+ n’ikosa rya ba se mu buhemu bwabo igihe bampemukako, egome, mbere igihe bagenda bandwanya+,
5 Igicumuro canje naratevye ndakikwaturira, kandi ikosa ryanje sinaripfutse+.Navuze nti: “Nzokwaturira Yehova ibigabitanyo vyanje+.”Nawe warahariye ikosa ry’ibicumuro vyanje+. Sela.
13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+.