1 Abami 8:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Uze wumvirize ugusaba ubutoni+ kuvuye ku musavyi wawe no ku bantu bawe Isirayeli, ukwo batura berekeje aha hantu; kandi wewe ubwawe uze wumve uri ahantu uba, mu majuru+, uze wumve maze ubabarire+. 2 Ngoma 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 ‘Icago nicatuzako+, ari inkota canke urubanza rubi canke ikiza+ canke ikigoyi+, tuze duhagarare imbere y’iyi nzu+ n’imbere yawe (kuko izina ryawe+ riri muri iyi nzu), kugira ngo tugutabaze mu marushwa yacu, uheze wumve maze udukize+.’
30 Uze wumvirize ugusaba ubutoni+ kuvuye ku musavyi wawe no ku bantu bawe Isirayeli, ukwo batura berekeje aha hantu; kandi wewe ubwawe uze wumve uri ahantu uba, mu majuru+, uze wumve maze ubabarire+.
9 ‘Icago nicatuzako+, ari inkota canke urubanza rubi canke ikiza+ canke ikigoyi+, tuze duhagarare imbere y’iyi nzu+ n’imbere yawe (kuko izina ryawe+ riri muri iyi nzu), kugira ngo tugutabaze mu marushwa yacu, uheze wumve maze udukize+.’