Ezira 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 Aba rero ni bo bari abakuru b’amazu ya ba sekuru+ yabo n’abanditswe hisunzwe amamuko+, bakaba ari abo twaduganye tuvuye i Babiloni mu gihe c’ingoma ya Aritazeruzi+ umwami:
8 Aba rero ni bo bari abakuru b’amazu ya ba sekuru+ yabo n’abanditswe hisunzwe amamuko+, bakaba ari abo twaduganye tuvuye i Babiloni mu gihe c’ingoma ya Aritazeruzi+ umwami: