ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 abazananye na Zerubabeli+ na Yeshuwa+ na Nehemiya na Seraya+ na Reyelaya na Morudekayi na Bilishani na Misipari na Bigivayi na Rehumu na Bayana.

      Igitigiri c’abagabo bo mu gisata ca Isirayeli cari iki:

  • Ezira 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze Yeshuwa+ mwene Yehozadaki na bene wabo ari bo baherezi, na Zerubabeli+ mwene Sheyalutiyeli+ na bene wabo, barahaguruka bubaka igicaniro* c’Imana ya Isirayeli, kugira ngo bagishikaneko ibimazi biturirwa, bisunze ivyanditswe+ mw’itegeko rya Musa umuntu w’Imana y’ukuri.

  • Nehemiya 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 abashitse bari kumwe na Zerubabeli+ na Yeshuwa+ na Nehemiya na Azariya na Rayamiya na Nahamani na Morudekayi+ na Bilishani na Misipereti na Bigivayi na Nehumu na Bayana.

      Igitigiri c’abagabo bo mu gisata ca Isirayeli cari iki:

  • Zakariya 6:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Uze wakire ifeza n’inzahabu, ukore urugori ruhambaye+ hanyuma urushire ku mutwe wa Yosuwa+ mwene Yehozadaki umuherezi mukuru.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika