Abalewi 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Kandi nimba umuntu acumuye mu gukora kimwe mu bintu Yehova ategeka ko bidakwiye gukorwa, naho yoba atari yabimenye+, ntikibuza ko yagirwa n’icaha, kandi ategerezwa kwishura ikosa ryiwe+. Abalewi 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 uku rero ni ko bizogenda: niyacumura, kandi koko akagirwa n’icaha+, aze asubize nya kintu yambuye, canke nya kintu canyazwe yatwaye ku bubeshi, canke nya kintu ajejwe bari bamujeje, canke nya kintu catakaye yatoye,
17 “Kandi nimba umuntu acumuye mu gukora kimwe mu bintu Yehova ategeka ko bidakwiye gukorwa, naho yoba atari yabimenye+, ntikibuza ko yagirwa n’icaha, kandi ategerezwa kwishura ikosa ryiwe+.
4 uku rero ni ko bizogenda: niyacumura, kandi koko akagirwa n’icaha+, aze asubize nya kintu yambuye, canke nya kintu canyazwe yatwaye ku bubeshi, canke nya kintu ajejwe bari bamujeje, canke nya kintu catakaye yatoye,