Ezira 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 bene Pahati-mowabu+, bo kuri bene Yeshuwa na Yowabu+, bari ibihumbi bibiri n’amajana umunani na cumi na babiri; Nehemiya 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ikindi gice gipimwe kiba ari co Malikiya mwene Harimu+ na Hashubu mwene Pahati-mowabu+ basanasana, be n’Umunara w’Amafuru y’Ukwotsa+. Nehemiya 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Abakuru b’abantu: Paroshi, Pahati-mowabu+, Elamu, Zatu, Bani,
6 bene Pahati-mowabu+, bo kuri bene Yeshuwa na Yowabu+, bari ibihumbi bibiri n’amajana umunani na cumi na babiri;
11 Ikindi gice gipimwe kiba ari co Malikiya mwene Harimu+ na Hashubu mwene Pahati-mowabu+ basanasana, be n’Umunara w’Amafuru y’Ukwotsa+.