11 Ewe Yehova, ndakwinginze ugutwi kwawe kwumvirize isengesho ry’umusavyi wawe n’isengesho+ ry’abasavyi bawe bahimbarwa no gutinya izina ryawe+; ndakwinginze uhe umusavyi wawe kuroranirwa uno musi+, utume aba uwo kwumvirwa akagongwe imbere y’uyu mugabo+.”
Ico gihe nari uwuhereza ibinyobwa+ umwami.