Ezira 7:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nayo umuntu wese atazokurikiza itegeko ry’Imana yawe+ n’itegeko ry’umwami, aze ashitsweko urubanza bidatevye, rwaba urwo gupfa+ canke urwo kwomorwa+, canke urwo gutanga amande y’amahera+ canke urwo gufungwa.” Abaroma 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko abaganza ari abo gutinywa, atari ku wukora igikorwa ciza ahubwo ku wukora ikibi+. Ushaka none kudatinya ubukuru? Guma ukora iciza+, na bwo buzogushimagiza; 1 Petero 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 canke ba buramatari nk’abarungitswe na we kugira ngo bahane inkozi z’ikibi, mugabo bashimagize abakora iciza+.
26 Nayo umuntu wese atazokurikiza itegeko ry’Imana yawe+ n’itegeko ry’umwami, aze ashitsweko urubanza bidatevye, rwaba urwo gupfa+ canke urwo kwomorwa+, canke urwo gutanga amande y’amahera+ canke urwo gufungwa.”
3 Kuko abaganza ari abo gutinywa, atari ku wukora igikorwa ciza ahubwo ku wukora ikibi+. Ushaka none kudatinya ubukuru? Guma ukora iciza+, na bwo buzogushimagiza;
14 canke ba buramatari nk’abarungitswe na we kugira ngo bahane inkozi z’ikibi, mugabo bashimagize abakora iciza+.