1 Ngoma 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Bo hamwe n’abahungu babo bari bajejwe amarembo y’inzu ya Yehova, ari yo nzu y’ihema, bagakora igikorwa c’uburinzi+. 1 Ngoma 26:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko bapfinda ubupfindo+, ku bw’umuto cokimwe no ku bw’uwuhambaye, hakurikijwe amazu ya ba sekuru+ yabo, ku bw’amarembo atandukanye.
23 Bo hamwe n’abahungu babo bari bajejwe amarembo y’inzu ya Yehova, ari yo nzu y’ihema, bagakora igikorwa c’uburinzi+.
13 Nuko bapfinda ubupfindo+, ku bw’umuto cokimwe no ku bw’uwuhambaye, hakurikijwe amazu ya ba sekuru+ yabo, ku bw’amarembo atandukanye.