Yosuwa 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kakamanuka amaja mu burengero kerekeza ku rubibe rw’Abayafuleti, gushika ku rubibe rwa Beti-horoni yo Hepfo+ na Gezeri+, kakagarukira ku kiyaga+. Yosuwa 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Urubibe rwa bene Efurayimu hakurikijwe imiryango yabo, egome, urubibe rw’intoranwa yabo amaja mu buseruko, rwabaye Ataroti-adari+, gushika i Beti-horoni yo Haruguru+;
3 kakamanuka amaja mu burengero kerekeza ku rubibe rw’Abayafuleti, gushika ku rubibe rwa Beti-horoni yo Hepfo+ na Gezeri+, kakagarukira ku kiyaga+.
5 Urubibe rwa bene Efurayimu hakurikijwe imiryango yabo, egome, urubibe rw’intoranwa yabo amaja mu buseruko, rwabaye Ataroti-adari+, gushika i Beti-horoni yo Haruguru+;