Nehemiya 12:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 no hejuru y’Irembo rya Efurayimu+ no gushika kw’Irembo ry’Igisagara ca Kera+, no gushika kw’Irembo ry’Amafi+ no ku Munara wa Hananeli+ no ku Munara wa Meya+, gushika kw’Irembo ry’Intama+; bahagarara kw’Irembo ry’Abarinzi.
39 no hejuru y’Irembo rya Efurayimu+ no gushika kw’Irembo ry’Igisagara ca Kera+, no gushika kw’Irembo ry’Amafi+ no ku Munara wa Hananeli+ no ku Munara wa Meya+, gushika kw’Irembo ry’Intama+; bahagarara kw’Irembo ry’Abarinzi.