ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 14:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Amaziya umwami wa Yuda mwene Yehowasi, Yehowasi wa Ahaziya, ni we Yehowasi umwami wa Isirayeli yafatiye i Beti-shemeshi, baza i Yeruzalemu maze aca igihengeri mu ruhome rwa Yeruzalemu, kw’Irembo rya Efurayimu+, gushika kw’Irembo ryo mu Mfuruka+, igihengeri c’amatambwe* amajana ane.

  • Nehemiya 8:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nuko abantu barasohoka, barabizana, baraheza biyubakira insago, umwe wese ku gisenge+ ciwe no mu bigo vyabo no mu bigo+ vy’inzu y’Imana y’ukuri no mu kibanza ca bose+ co kw’Irembo ry’Amazi+ no mu kibanza ca bose co kw’Irembo rya Efurayimu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika