Nehemiya 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mu nyuma zabo Abanyatekowa+ basanasana ikindi gice gipimwe, kuva imbere y’umunara munini wometseko gushika ku ruhome rw’i Ofeli. Amosi 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Amajambo ya Amosi, uwari mu borozi b’intama b’i Tekowa+, ayo yeretswe ku vyerekeye Isirayeli+ mu misi ya Uziya+ umwami wa Yuda no mu misi ya Yerobowamu+ mwene Yowasi+, umwami wa Isirayeli, imyaka ibiri imbere y’uko haba ya nyamugigima+.
27 Mu nyuma zabo Abanyatekowa+ basanasana ikindi gice gipimwe, kuva imbere y’umunara munini wometseko gushika ku ruhome rw’i Ofeli.
1 Amajambo ya Amosi, uwari mu borozi b’intama b’i Tekowa+, ayo yeretswe ku vyerekeye Isirayeli+ mu misi ya Uziya+ umwami wa Yuda no mu misi ya Yerobowamu+ mwene Yowasi+, umwami wa Isirayeli, imyaka ibiri imbere y’uko haba ya nyamugigima+.