2 Ngoma 26:1 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze abantu bose+ bo muri Yuda batora Uziya+, uno akaba yari afise imyaka cumi n’itandatu, bamugira+ umwami mu kibanza ca se Amaziya+. Yesaya 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Iyerekwa+ rya Yesaya+ mwene Amozi, iryo yabonye ku vyerekeye Yuda na Yeruzalemu mu misi ya Uziya+, Yotamu+, Ahazi+ na Hezekiya+, abami ba Yuda+: Hoseya 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Ijambo rya Yehova+ ryaje kuri Hoseya+ mwene Beyeri mu misi+ ya Uziya+, n’iya Yotamu+, n’iya Ahazi+, n’iya Hezekiya+, abami ba Yuda, no mu misi ya Yerobowamu+ mwene Yowasi+, umwami wa Isirayeli.
26 Maze abantu bose+ bo muri Yuda batora Uziya+, uno akaba yari afise imyaka cumi n’itandatu, bamugira+ umwami mu kibanza ca se Amaziya+.
1 Iyerekwa+ rya Yesaya+ mwene Amozi, iryo yabonye ku vyerekeye Yuda na Yeruzalemu mu misi ya Uziya+, Yotamu+, Ahazi+ na Hezekiya+, abami ba Yuda+:
1 Ijambo rya Yehova+ ryaje kuri Hoseya+ mwene Beyeri mu misi+ ya Uziya+, n’iya Yotamu+, n’iya Ahazi+, n’iya Hezekiya+, abami ba Yuda, no mu misi ya Yerobowamu+ mwene Yowasi+, umwami wa Isirayeli.