-
Nehemiya 3:23Bibiliya y’isi nshasha
-
-
23 Mu nyuma zabo Benyamini na Hashubu bakora igikorwa co gusanasana imbere y’inzu yabo. Mu nyuma zabo Azariya mwene Mayaseya, Mayaseya mwene Ananiya, akora igikorwa co gusanasana iruhande y’inzu yiwe.
-