Nehemiya 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze ndabandanya nerekeza kw’Irembo ryo kw’Isôko+ no ku Kidengeri c’Umwami, ariko ntihaboneka aho igitungwa nariko ngenderako gica. Nehemiya 12:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Kw’Irembo ryo kw’Isôko+, batumbereye imbere yabo, baduga ku Nzira y’Ingazi+ y’Igisagara ca Dawidi+, baciye ku mudugo w’uruhome hejuru y’Inzu ya Dawidi bashika kw’Irembo ry’Amazi+, amaja mu buseruko.
14 Maze ndabandanya nerekeza kw’Irembo ryo kw’Isôko+ no ku Kidengeri c’Umwami, ariko ntihaboneka aho igitungwa nariko ngenderako gica.
37 Kw’Irembo ryo kw’Isôko+, batumbereye imbere yabo, baduga ku Nzira y’Ingazi+ y’Igisagara ca Dawidi+, baciye ku mudugo w’uruhome hejuru y’Inzu ya Dawidi bashika kw’Irembo ry’Amazi+, amaja mu buseruko.