Yosuwa 18:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 na Mizipe+ na Kefira+ na Moza, 1 Abami 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo Umwami Asa, ahamagaza Yuda yose+, ata n’umwe avuyemwo, maze batangura gutwara amabuye y’igisagara ca Rama n’ibiti vyaco, ivyo Bayasha yari yubakishije; hanyuma Umwami Asa atangura kuvyubakisha Geba+ muri Benyamini, na Mizipa+. Yeremiya 40:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Yeremiya aja kuri Gedaliya+ mwene Ahikamu i Mizipa+, abana na we hagati mu bantu bari basigaye mu gihugu.
22 Nayo Umwami Asa, ahamagaza Yuda yose+, ata n’umwe avuyemwo, maze batangura gutwara amabuye y’igisagara ca Rama n’ibiti vyaco, ivyo Bayasha yari yubakishije; hanyuma Umwami Asa atangura kuvyubakisha Geba+ muri Benyamini, na Mizipa+.
6 Nuko Yeremiya aja kuri Gedaliya+ mwene Ahikamu i Mizipa+, abana na we hagati mu bantu bari basigaye mu gihugu.