Itanguriro 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Loti yunamura amaso maze abona Intara ya Yorodani+ yose gushika i Zowari+, yuko yose yari akarere kavomerewe neza (aho hakaba hari imbere y’uko Yehova ahonya Sodomu na Gomora), nka wa murima wa Yehova+, nk’igihugu ca Misiri. Gusubira mu vyagezwe 34:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 na Negebu+ n’intara+ ya Yorodani, ikiyaya c’umubande c’i Yeriko, ca gisagara c’ibigazi+, gushika i Zowari+. 1 Abami 7:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Mu Ntara ya Yorodani+ ni ho umwami yabishongeshereje mw’iforoma y’ibumba, hagati ya Sukoti+ na Zaretani+.
10 Nuko Loti yunamura amaso maze abona Intara ya Yorodani+ yose gushika i Zowari+, yuko yose yari akarere kavomerewe neza (aho hakaba hari imbere y’uko Yehova ahonya Sodomu na Gomora), nka wa murima wa Yehova+, nk’igihugu ca Misiri.
3 na Negebu+ n’intara+ ya Yorodani, ikiyaya c’umubande c’i Yeriko, ca gisagara c’ibigazi+, gushika i Zowari+.
46 Mu Ntara ya Yorodani+ ni ho umwami yabishongeshereje mw’iforoma y’ibumba, hagati ya Sukoti+ na Zaretani+.