1 Abami 10:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 hatarimwo ivyazanwa n’abagabo b’ingenzi be n’inyungu yava ku bacuruza, n’ivyava ku bami+ bose b’Abarabu+ no kuri ba buramatari b’igihugu. 1 Abami 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Amafarasi Salomo yaronka yakurwa mu Misiri; umugwi w’abadandaza b’umwami waratora ubusho bw’amafarasi ku kiguzi+.
15 hatarimwo ivyazanwa n’abagabo b’ingenzi be n’inyungu yava ku bacuruza, n’ivyava ku bami+ bose b’Abarabu+ no kuri ba buramatari b’igihugu.
28 Amafarasi Salomo yaronka yakurwa mu Misiri; umugwi w’abadandaza b’umwami waratora ubusho bw’amafarasi ku kiguzi+.