Gusubira mu vyagezwe 17:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko ntaze yiyongerereze amafarasi+, canke ngo atume abantu basubira mu Misiri ku bwo kwongereza amafarasi+ kandi Yehova yababwiye ati: ‘Ntimuze mwongere gusubira inyuma mujanye iyi nzira.’ 2 Ngoma 9:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kandi hariho abazanira amafarasi+ Salomo bayakuye mu Misiri+ no mu bindi bihugu vyose.
16 Ariko ntaze yiyongerereze amafarasi+, canke ngo atume abantu basubira mu Misiri ku bwo kwongereza amafarasi+ kandi Yehova yababwiye ati: ‘Ntimuze mwongere gusubira inyuma mujanye iyi nzira.’