Gusubira mu vyagezwe 17:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko ntaze yiyongerereze amafarasi+, canke ngo atume abantu basubira mu Misiri ku bwo kwongereza amafarasi+ kandi Yehova yababwiye ati: ‘Ntimuze mwongere gusubira inyuma mujanye iyi nzira.’ 2 Ngoma 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Amafarasi Salomo yaronka yakurwa mu Misiri+; umugwi w’abadandaza b’umwami waratora ubusho bw’amafarasi ku kiguzi+.
16 Ariko ntaze yiyongerereze amafarasi+, canke ngo atume abantu basubira mu Misiri ku bwo kwongereza amafarasi+ kandi Yehova yababwiye ati: ‘Ntimuze mwongere gusubira inyuma mujanye iyi nzira.’
16 Amafarasi Salomo yaronka yakurwa mu Misiri+; umugwi w’abadandaza b’umwami waratora ubusho bw’amafarasi ku kiguzi+.