ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 10:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Turakwinginze rero abaganwa+ bacu baserukire ishengero ryose; nayo abo mu bisagara vyacu bose babiriye abagore b’abanyamahangakazi, bazoze ku bihe vyashinzwe bari kumwe n’abagabo b’inararibonye b’igisagara kimwekimwe cose n’abacamanza baco, gushika dusubije inyuma ishavu rirurumba ry’Imana yacu rikatuvako, kubera ico kintu.”

  • Nehemiya 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ico gihe abaganwa+ b’abantu baba i Yeruzalemu+; mugabo ku bijanye n’abantu basigaye, hapfindwa ubupfindo+ kugira ngo umwe kuri cumicumi azanwe kuba i Yeruzalemu igisagara ceranda+, icenda basigaye na bo babe mu bindi bisagara.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika