5 Mugabo Imana yanje ishira mu mutima+ wanje ivyo gukoraniriza hamwe abanyacubahiro n’ivyegera vy’abatware n’abantu, kugira biyandikishe hakurikijwe amamuko+. Maze nubura igitabu c’iyandikwa rifatiye ku mamuko+ ry’abaduze ubwa mbere, nsanga canditswemwo ngo: