Kuvayo 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Kandi umugabo niyagurisha umukobwa wiwe ngo abe umushumbakazi+, uno ntazosohoka nk’uko abashumba b’abagabo basohoka. Gusubira mu vyagezwe 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Mwene wanyu, Umuheburayo canke Umuheburayokazi, niyagurishwa kuri wewe+, kandi akaba amaze kugukorera imyaka itandatu, mu mwaka ugira indwi rero ukwiye kumurungika akava iwawe ari uwidegemvya+. 2 Abami 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko umugore umwe wo mu bagore b’abahungu+ b’abahanuzi asemerera yerekeza kuri Elisha, ati: “Umusuku wawe, umugabo wanje, yarapfuye; kandi wewe ubwawe urazi neza yuko umusuku wawe yama atinya+ Yehova; uwufitiwe ideni+ yaje gutwara abana banje bompi ngo abagire abashumba biwe.” Imigani 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umutunzi ni we aganza ba ntahonikora+, kandi uwugurana aba umusavyi wa nyene kumugurana+. Matayo 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo kubera atari afise uburyo bwo kwishura, shebuja ategeka ko we n’umugore wiwe n’abana biwe be n’ivyo afise vyose bigurishwa, umwenda ukabona kwishurwa+.
7 “Kandi umugabo niyagurisha umukobwa wiwe ngo abe umushumbakazi+, uno ntazosohoka nk’uko abashumba b’abagabo basohoka.
12 “Mwene wanyu, Umuheburayo canke Umuheburayokazi, niyagurishwa kuri wewe+, kandi akaba amaze kugukorera imyaka itandatu, mu mwaka ugira indwi rero ukwiye kumurungika akava iwawe ari uwidegemvya+.
4 Nuko umugore umwe wo mu bagore b’abahungu+ b’abahanuzi asemerera yerekeza kuri Elisha, ati: “Umusuku wawe, umugabo wanje, yarapfuye; kandi wewe ubwawe urazi neza yuko umusuku wawe yama atinya+ Yehova; uwufitiwe ideni+ yaje gutwara abana banje bompi ngo abagire abashumba biwe.”
25 Mugabo kubera atari afise uburyo bwo kwishura, shebuja ategeka ko we n’umugore wiwe n’abana biwe be n’ivyo afise vyose bigurishwa, umwenda ukabona kwishurwa+.