Ivyakozwe 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Eka ntibashobora no kwemeza+ imbere yawe ivyo banyagiriza ubu nyene. Ivyakozwe 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ashitse, Abayuda bari bamanutse bavuye i Yeruzalemu bahagarara bamukikuje, bamurega ibirego vyinshi kandi bikomakomeye+ batashobora kwerekanira ibimenyamenya.
7 Ashitse, Abayuda bari bamanutse bavuye i Yeruzalemu bahagarara bamukikuje, bamurega ibirego vyinshi kandi bikomakomeye+ batashobora kwerekanira ibimenyamenya.