ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Muzoba muhiriwe nibabatuka+, bakabahama+ kandi bakababeshera ibintu bibi vy’ubwoko bwose babampora.

  • Luka 23:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze batangura kumwagiriza+ bati: “Uyu mugabo twamusanze ariko adurumbanya+ ihanga ryacu yongera abuza kuriha amakori+ Sezari, kandi avuga yuko we ubwiwe ari Kristu, umwami+.”

  • Ivyakozwe 24:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuko twasanze uyu mugabo ari ikiza+, avyura imigumuko+ mu Bayuda bose kw’isi yose, akaba na kizigenza w’umuce w’idini w’Abanyanazareti+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika