Imigani 25:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kurya kw’ubuhiri bw’intambara n’inkota n’umwampi ukarihije, ni ko umuntu yagiriza mugenziwe bwa cabona c’ikinyoma amera+. Mariko 12:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yezu aca ababwira ati: “Nimwishure Sezari ivya Sezari+, mugabo ivy’Imana muvyishure Imana+.” Baramutangarira+.
18 Kurya kw’ubuhiri bw’intambara n’inkota n’umwampi ukarihije, ni ko umuntu yagiriza mugenziwe bwa cabona c’ikinyoma amera+.
17 Yezu aca ababwira ati: “Nimwishure Sezari ivya Sezari+, mugabo ivy’Imana muvyishure Imana+.” Baramutangarira+.